Umviriza ikiganiro SUNDAY HOT w'andika izina ry'indirimbo ya Gospel ukunda ucuyumviriza kuri RADIO UMUDUNDO WACU

Turatanguye na SUNDAY HOT ni ikiganiro gishasha kizoza gica kw'iradiyo UMUDUNDO WACU iminsi yose y'Imana (DIMANCHE) mu kubavugiriza indirimbo zitandukanye z'abaririmvyi n'abaririmvyikazi bakora GOSPEL m'umuziki w'uburundi kizoza gitangura igihe c'isaha imwe y'ijoro (19H) kigahera isaha zitatu z'ibiri n'igice ( 20H30).

Twabonyeko umunsi wa Dimanche kwariwo munsi twokubahiriza kurusha iyindi yose niho twayihesemwo kubazanira IKIGANIRO SUNDAY HOT mubanywanyi batwumviriza kw'iradio UMUDUNDO WACU kugira Inama igihe ico idufashije mu kuduhezagira kuko izo ndirimbo za Gospel baririmba zirimwo ubutumwa bwiza bw'amajambo y'Imana.
Ntimwibagire kw'andika izina ry'indirimbo ushaka tukuvugirize ya Gospel turabasaba abanywanyi bakunda umuziki w'uburundi ni umwanya wanyu wogushobora kw'andika muri Commentaire izina ry'indirimbo ukunda cane uyumvirije igihezagira y'umuririmvyi canke umuririmvyikazi wa Gospel.

Hama turaheza tuyikuvugirize uce uyumviriza ukuri kwamya kw'iradiyo yacu kandi ariyo rwanyu UMUDUNDO WACU ntimwitinye hama nkuko mubimenyereye yumvikanira kurubuga ngurukanabumenyi www.umudundowacu.listen2myradio.com

Comments