Terefona ukoresheje WHATSAPP utore THE BEST ARTIST Bdi OF THE YEAR 2017 kuri Radio Umudundo Wacu

Ihiganwa rikomeye cane gose ryogutora THE BEST ARTIST Bdi OF THE YEAR mugutorera hamwe umuririmvyi canke umuririmvyikazi yakoze cane gusumba abandi muruno mwaka 2017 wose arushije abandi ubuhinga n'umwete mukwerekanako ashoboye guteza imbere umuziki w'uburundi atagucika intege n'uko uno mwaka tugomba mushobore kumwitorera tangura mutwumvirize kwiradiyo UMUDUNDO WACU ivugira kuri www.umudundowacu.listen2myradio.com

Nkuko twari twabibamenyesheje mumakuru yacu agezweho y'umuziki w'uburunndi ko abanywanyi mwese mukunda uwo muziki y'uko muza kuduterefona kuri Radio Umudundo Wacu mugutora umuririmvyi canke umuririmvyikazi yagushimishije kurusha abandi bose muruno mwaka w'2017 tugiye guheza kugira umuhe aho yagushikirije ibikorwa bitandukanye bigizwe ni indirimbo hamwe n'ibiteramo rero muhe amahirwe yogushobora kurengana igice cakane gishira icanyuma ( QUART DE FINAL ).
Muguhiganirwa ikibanza ca THE BEST ARTIST Bdi OF THE YEAR 2017 tutabicishije amajambo menshi banywanyi mukunda umuziki w'uburundi nguru urutonde rw'abaririmvyi n'abaririmvyikazi bagomba guhiganirwa ico kibanza urabemwo umwe ubonako wakunze cane ingene yigenje mumwuga wiwe w'umuziki mugusohora indirimbo haba AUDIO cangwe VIDEO yakuryoheye cane uno mwaka w'2017.

Urutonde rwabariko bahiganirwa icokibanza hariho uwitwa:

1. JEAN MARIE MUCO
2.B-FACE
3.SWAGG TEAM+257
4.PEACE AND LOVE
5.NATACHA
6.MIRRO TEAM
7.ASHLEY DIVA
8.BEST LIFE MUSIC
9.MASTERLAND
10.BIG FIZZO
11.SAT-B
12.DOUBLE JAY
13.LIZZO LOLILO

Urashobora gutangura kuduterefona ukoresheje WHATSAPP numero zacu ni +14507522485 nkuko ubona iyofoto iriko aba ARTIST batandukanye rabamwo umwe wiyumvamwo umutore azonashike muri FINAL atahukanye intsinzi y'ikibanza cambere ca THE BEST ARTIST Bdi OF THE YEAR 2017 ikindi kubadakoresha WHATSAPP mushobora gutora mu kwandika igiharuco cuwo washimye aha muri COMMENTAIRE.

Comments