Ntuzoze uratangwa kumviriza RADIO UMUDUNDO WACU ni nshasha muguteza imbere umuziki w'uburundi

Ikinyamakuru UMUDUNDO WACU ni gishasha kikaba kirongowe n'umunyeshamakuru atagira imbibe benshi bazi kw'izina FRANCK PRO aremerera abaririmvyi n'abaririvyikazi bazovugirizwa indirimbo zabo 100% kwiradiyo yiwe nshasha yuguruye kuruwu wa gatandatu itariki 02/12/2017 ngo ikinyamakuru ciwe kije kizanye impinduka ikomeye muvy'umuziki w'uburundi.

Nkuko uwukirongoye abimenyesha akavugako umwaka mushasha w'2018 uzotangura kino kimenyeshamakuru kimaze kubazanira ibintu bishasha aho guhera uno munsi abantu mwese mukunda umuziki w'uburundi ntimuzoze muratangwa kumviriza RADIO UMUDIHO WACU isamirana kubuhinga kurukanabumenyi kuri www.umudundowacu.blogsport.ca


Ikazokwama ivuza indirimbo z'abaririmvyi n'abaririmvyikazi 100% atanyamahanga zivugijweho kandi mukazokwama mwumviriza n'ibiganiro bitandukanye vy'umuziki w'uburundi ngo muntu mwese ushoboye kumenya mugenzi wawe y'uko haje iradiyo ( RADIO ) nshasha yitwa UMUDUNDO WACU.

Ntazotangwe nawe nyene kuyumviriza ijana kw'ijana nubu mushobora gutemberera ikinyamakuru UMUDUNDO WACU kuri www.umudundowacu.blogsport murayumva neza cane rabahejuru urazakyibona ucuheza uyumvirize iriko irasamina nyaragasa ubuwambere kuyumviriza biraryoshe ntiworaba umudundo niwose.

Comments