Menya ingene uzohora wakura kuri RADIO UMUDUNDO WACU mugusaba indirimbo ukunda cane

RADIO UMUDUNDO WACU yugurura kumasaha ya GMT guhera isaha 16H amasaha yo mu Burundi yumvikanira kuri www.umudundowaculisten2myradio.com

Twagomba kumenyeshe munywanyi ukunda umuziki w'uburundi y'uko muruno mwanya ari akanya kawe ko kutwakura ugashobora gusaba indirimbo ikuryohera cane kurusha zose y'umuririmvyi canke umuririmvyikazi uheze uyumvirize kuri RADIO UMUDUNDO WACU


Mwibukeko dukorera kuri INTERNET uciye ngaha www.umudundowaculisten2myradio.com nabwo dukorera kuri FM hama mushobora kwibaza ngo mbega twakura dukoresheje iki ?


Twobamenyeshako bitagoye ingene wokwakura ubunyene duhamagare ukoresheje APPEL ( Call ) FACEBOOK canke uduhamagare kuri SKYPE izina ryacu dukoresha ni RADIO UMUDUNDO WACU uraturondera ukaturonka ugaheza ukavuga izina ry'indirimbo washimyeko tukumvisha kwiradiyo Umudundo Wacu

Twakure kuri FACEBOOK : Umudundo Wacu

Twakure kuri SKYPE : Radio Umudundo Wacu

Comments