LIZZO LOLILO antsindiye ikibanza cambere arushije abandi niwe ”THE ARTIST OF MONTH NOVEMBER 2017

Abanywanyi mukunda umuziki w'uburundi nacanecane mu kumviriza indirimbo nshasha zigenda zirasohora abaririmvyi n'abaririmvyikazi muramaze iminsi mukurikirana ibikorwa bakora m'umuziki w’uburundi bakoze  ukwezi kw'11 aho barakozwe indirimbo zitandukanye zifise umudundo mwiza uryoheye amatwi mwarazishimye kubera zabaryoheye kurubu twinjiye m’ukwezi kw’12 uno mwaka 2017 twarakoze icegeranyo cabagiye barakora neza babashimisha  dufatiye kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi.

Twabashikirije zigaragaza indirimbo nshasha zigezweho z’abaririmvyi n’abaririmvyikazi mwagenda mutora mukwandika muri COMMENTIARE hakaba harashoboye kuboneka y'uko Umuririmvyi umwe wenyene niwe yagumye yegukana ikibanza cambere mukuba icuro nyishi uwambere kuko indirimbo yiwe yagumye itorwa n'abantu benshi kuko bashimye uburyo ikozwe n'umudundo wayo wabashitse k'umutima aho buri ukwezi guheze twamye tubashikiriza umuririmvyi canke umuririmvyikazi yaranze ukwezi kanaka tubaturimwo agaheza akaba ARTIST OF THE MONTH.

Uwashoboye gutahukana instinzi y'ikibanza cambere yabaye" THE ARTIST OF THE MONTH NOVEMBER 2017" mugukora cane umuziki w'uburundi abigaragaza ahabona asumvya abandi abaririmvyi n'abaririmvyikazi mwagiye mukurikirana ibikorwa bakoze babishira k'umugaragaro twagiye tubashikiriza mwebwe abafana babo muruko kwezi guheze kw'11 kwari kugizwe n'iminsi 30 mumakuru agezweho y'umuziki w'uburundi bwacu twabamenyesha rero swundi yabaye rurangiranwa yakoze neza ukwezi guheze arurushije abandi bose ni umuririmvyi LIZZO LOLILO yegukanye intsindi ya ARTIST OF THE MONTH NOVEMBER 2017.

Kubera indirimbo yiwe nshasha yise NZOIKUDIGADIGA yamuhaye amajwi menshi mugihe baguma bayitora iza mukibanza cambere kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi n'uko ikinyamakuru UMUDUNDO WACU kikaba kimwemereye y'uko indirimbo ziwe zose azosohora tuzozimuvuriza kwiradiyo yacu UMUDUNDO WACU yumvikanira kuri INTERNET muciye  kuri umudundowacu.blogspot.ca  sivyo gusa tumwemereye.



...

Indirimbo NZOKUDIGADIGA By Lizzo Lolilo ntisanzwe sivyimbeshere yatanguye kunezera abantu benshi bayumvirije nibidoga  ikindi mushobora kumukeza Kurako gateka yiteye kandi ateye umuziki w'uburundi akora ukuri kwamye mugusumba kure canne abaririmvyi n'abaririmvyikazi bose basohoye indirimbo zabo ukwezi kw'11 guheza Mbega nkumu les fans w'umuririmvyi

Comments