Andika izina ry'indirimbo ya BIG FIZZO ukunda cane kumviriza ucuyumva kuri RADIO UMUDUNDO WACU

Umuririmvyi BIG FIZZO numwe mu baririmvyi b'ababarundi bitanga cane mugukora neza indirimbo ziryohera abantu benshi bazumviriza ukwaba azisohoye bazakira neza bakavugako bakunda ukuntu aririmba agashiramwo amajambo abaryohera kandi akora neza umuziki w'uburundi ukwashoboye kugira awumenyekanishe mpumakungu.

Kuno munsi twagomba tubambwire abantu mwese mukunda indirimbo z'umuririmvyi Big Fizzo kuva agitangura umwuga w'umuziki w'uburundi gushika nubu umwaka w'2017 n'uko mutotangwa kumviriza RADIO UMUDUNDO WACU kuri  www.umudundowacu.listen2myradio.com
Ni wamwanya wanyu wo kwandika muri COMMENTAIRE izina ry'indirimbo ya BIG FIZZO ukunda cane yakuryoheye kuva akiyisohora gushika nubu ukibandanya igukora kumutima iyo uyumvirije.

Niwaheza kwandika ucunyarukira kuriyo LINK twaguhaye ngaho hejuru ucuyifyondako hama ucuheza umve kuwiradiyo Umudundo Wacu ivugira kubuhingangurukanabumenyi internet asha ucurindira umunota umwe ucuyumva kandi niwayandika bizagutuma bimuha intege umuririmvyi Big Fizzo.

Mukuzobandanya akora n'izindi indirimbo zikuryohera kubera azoba yabonyeko witaho indirimbo ziwe mukuzumviriza rero muntu wese ukunda uwo muririmvyi ntutangwe gutangura ubunyene andika izina ry'indirimbo ukunda cane kumviriza ikakuryohera irimwo amajambo y'inkoramutima kuri wewe.

Comments