Andika izina ry'indirimbo ukunda cane mundirimbo za LIZZO LOLILO ucuyumviriza kuri RADIO UMUDUNDO WACU


Fyonda hano wumvirize RADIO UMUDUNDO WACU


RADIO UMUDUNDO WACU nimwe mumaradiyo akorera kuri INTERNET yoyo ije guteza imbere indirimbo z'abaririmvyi n'abaririmvyikazi zikazokwama zivuzwa ibice ijana kw'ijana nkuko abantu benshi musanzwe mukunda izondirimbo zabo zibashika kumutima twobamenyeshako kuruno mwanya tukaba tubazaniye umuririmvyi LIZZO LOLILO 
Murazi neza kwabaryohera iyo mwumvise asohoye indirimbo nshasha ikakuryohera nkuko afise nyinshi kandi abenshi ngo zibararyohera iyobazumvise ninavyo vyatumye aba ARTIST OF THE MONTH NOVEMBRE 2017 kubra indirimbo yiwe NZOKUDIGADIGA rero ukaba uri umunywanyi ukunda indirimbo ziwe turagusaba y'uko utotangwa kumviriza Radio Umudundo Wacu iriko irasamira.

 Tukagusaba utubwire indirimbo imwe ikuryohera cane kumviriza kandi ukunda cane mundirimbo z'umuririmvyi LIZZO LOLILO  andike izina ryayo ngaha muri COMMENTAIRE ucumviriza ubunyene ucuyonda iyo LINK  aho hejuru muminota ibiri ucutangura kuyumviriza iriko iravuga uheza ubandanye kwiryoherwa ntutangwe.

Comments