Rabiy'ifoto ya ASHLEY yambaye kizungu itumye bamwamira kure s'umurundikazi

Kurubu abarizwa mugihugu ca Kenya arinaho avugako asanzwe yibera kandi akahakorera ibikorwa vyiwe vy'umuziki w'uburundi ni umuririmvyikazi ASHLEY akaba ari kwitegurira kugaruka mugihugu c'uburundi bwamwibarutse aho kuno munsi wa gatandantu itariki 25/11/2017 ariho yashoboye kwerekana ifoto yiwe nshasha amenyesha ko arigukora Video akavugako atawubuza imvura kurwa bisobanurako uwuzoguma akwirikirana muvyakora azocererwa gukora ivyiwe.

Umuririmvyikazi Ashley yabonetse kw'iyofo yambaye impuzu zakizungu  akenshi iyo abahungu (ABAGABO) bazibonye zambaye umuririmvyikazi kanaka arigukora Video abenshi bakunze guca bamuca mu barundikazi mu kumubarira y'uko atakiri umurundikazi ahebe ngo bamushira mubanyamahanga n'uko izompuzu zitashoboye gushimwa n'abantu bazimubonanye.
Habonetse neza ko  vyahavuye bikomera bashoboye kumubarira amajambo atandukanye bivanye uko bazibonye akaba atamuguye neza nawe yaciye atangura kubishura kubera ntiyabihanganiye kubera amubonye Ashley yambaye impuzu zakizungu ari gukora Video nshasha y'indirimbop DIBI DIBI yafashije umukenya aho abantu biboneye ifoto yiwe imuranga muri Video yambaye impuzu zakizungu bagize ico bamubarira  hariho bazineguye cane gose abandi barazishima.

 Ahanini ikitashoboye kumurwa neza kumutima umuririmvyikazi Ashely ni amajambo bamubariye banegura  inyambaro yiwe yari yambaye bakavuga ko bisa nkuko ari gusa hariho uwamubariye abamubwiye ngo izo mpuzu wambaye ni DEVIL urakwiye kwakira yesu kuko kurenza urigusa sibwo bu super star.akanwa kabakoreshwa nama devil ntavyiza bikavamwo.so yakuvyaye wibaza ko amererwa gute ugenda gusa.be delivered in the name of Jesus.Ubuho usanumusazi abz star babarundikazi ugomba ubatukisha ,iyoni nishetani uwumufana azomukurikira ikuzimu ,Ubwo subuntu vrmnt!! Umurundikazi ntiyifata uko!!mais iyaba uzi........ So ntaco mvuze wogomba wokwifata runtu.

Umuririmvyikazi Ashley amaze gusoma ayo majambo bamubariye ababonye impuzu ziwe zakizungu yambaye ari gukora Video agaca ashira ahabona ifoto imuranga mumyiteguro asha ntiyabahanganiye ahubwo yaciye aatangura kubishura aho yatanguye kwishura uwamubariye kwari DEVIL ati devil ninyoko ,bashaka nambare imvutano muri video tubamenyeshe ko habonetse abamuneguye   yambaye impuzu zakizungu bamubarira kwatari umurundikazi eka hanabonetse  abashimye iyo nyambaro yari yambaye arigukora Video bamubariye ngo izobari hot Video.

Muraraba agace gatoya mu kurindira Video yiwe nshasha vuba agiye kuzosohora y'indirimbo yiwe  yise MY LEVEL

Comments