Indirimbo nzokudigadiga By Lolilo niyambere kuri the playlist music week 1

Umuririmvyi LIZZO LOLILO aragaragara neza kwariko arakora bikomeye ukwashoboye kigira ibikorwa vyiwe vy’umuziki bibandanye gutera imbere nacika intege akomeza urugamba rero ashoboye kwigarurira ikibanza cambere mu kurusha abandi abaririmvyi n’abaririmvyikazi bariko barahiganwa mukiganiro kidasanzwe kitarico gufyina kuko kizanye impinduka muvy’umuziki w’uburundi citwaTHE PLAYLIST MUSIC.
Hari kw’igenekerezo rya 10/11/2017 kurubuga rwa FACEBOOK Franck Pro hashirwaho indirimbo zitandukanye zigahezwa zigatorwa n’abanywanyi bakunda umuziki w’uburundi bwacu ,izoshoboye gutorwa cane muri COMMENTAIRE zigaheza zikaronka amahirwe kuri The Playlist dukurikije ingene bazihaye amajwi kurubu zamaze kumenyekana kandi indirimbo NZOKUDIGADIGAy’umuririmvyi Lizzo Lolilo yegukanye ikibanza cambere kurusha izindi zose yatowe cane gose barayishimye abagiye barayiha amajwi ,ukoniko zagiye zirakwirikirana ;
  1. Nzokudigadiga By Lizzo Lolilo
  2. Konzi By Big Fizzo
  3. Mpa Akanya By Double Jay
  4. Na Na Na By Big Fizzo Ft Kolly & Magic Soldier Kingorngoro
  5. Wangu By Natacha Ft Sheebah

Comments