Amwe mumafoto yaranze ASHLEY DIVA ashitse mugihugu c'uburundi bwamwibarutse

Umuririmvyikazi ASHLEY DIVA kuno munsi wa kane mumasaha yagatondo nihoyashoboye kumenyesha abafana biwe ko bomwiteguira agiye kuza mugihugu c'uburundi bwamwibarutse avuye mugihugu ca Kenya iyo asanzwe aba noneho ubu arashima Imana yamaze gushika amahoro mu Burundi niyo abarizwa mugihe yashika warurumunezero kuriwe no kubari baje kumutegera aho yari yategerewe n'abantu batandukanye kukibugu c'indege ca Bujumbura.

Ati icamuzanye mugihugu c'uburundi bwamwibarutse umuririmvyikazi ASHLEY DIVA ni gushira k'umugaragaro Video yiwe nshasha y'indirimbo yise MY LEVEL n'uko igaruka ryiwe mu Burundi rirafise akamaro kanini kuriwe hamwe no mu banywanyi bakunda umuziki w'uburundi kubera iyo Video izobashimisha cane nibamara kuyibona kuko yayikoranye ubuhinga bw'amasanamu agezweho.

Abantu abenshi bayirindiranye igishika cinshi kandi imbere y'uko bazoyiraba azoba arikumwe nabo mugiteramo kidasanzwe yabateguriye kw'itariki 08/12/2017 bazohurire kuri STAR HOTEL niho azokwatsa umuriro mugushira ahabona Video MY LEVEL sivyo gusa hazoba hariho n'abandi abaririmvyi b'abarundi bazoba baje kumushigikira muguteramisha abantu bazoba bahishikiye

Umuririmvyikazi Ashely akabashimira cane gose abaririmvyi n'abamenyeshamakuru baje kumutegera kukibuga c'indege ibigaye ngo abafana biwe namwe nimugume hafi murimagabo mu kurindirana igishika cinshi Video yiwe nshasha y'indirimbo My Level azoyibashikiriza kumugaragaro itariki 08/12/2017,turangize ay'amakuru tubamenyesha ko igihe uwo muririmvyikazi yashika kukibuga c'indege ca Bujumbura hari uwacungera umutekano.
Ni umuhungu muremure agangutse niwe ngo asigaye acungera umutekano wiwe bikaba vyashoboye gutangaza abantu benshi baringaho kuko ngo nibikunze kuboneka ku baririmvyikazi bafise abantu babacengera umutekano wabo iyo barihose nkuko mubibona kuriyo ifotouwo yambaye agapira kirabura niwe yamucungereye umutekano wiwe niwashobora 
nokubona iryinyo ryiwe ngo ntiyigera atwenge nagato.





Comments