Vote / Tora indirimbo imwe ukunda uyihe amahirwe yikwinjire kuri THE PLAYLIST MUSIC BDI week 2

Abanywanyi mukunda umuziki w'uburundi twaherukana kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi week 1 tubashikiria Urutonde rw'indirimbo z'abaririmvyi n'abaririmvyikazi bavuka mugihugu c'uburundi bwacu kandi zigezweho ubumaze iminsi wumviriza muhora muronka akanya ko gutora indirimbo imwe wiyumvamwo ko ukunda.
Mukuyiha amahirwe ikinjira mundirimbo 5 zambere zivuye mundirimbo 10 twabashikirije mugaca mutora mukwandika igiharuro cayo muri COMMENTAIRES rero uy'umwanya nirwawe kandi ushobora gutangura gutora indirimbo imwe yonyene ukunda mwazino twaguhaye k'urutonde uheze uyihe amahirwe izokwinjire kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi week 2.
Tukaba twabazaniye indirimbo 10 zifise umudiho utandukanye zigezweho kumvirizwa cane m'umuziki w'uburundi ziriko zirabica bigacika.



Urashobora nogutora mu kwandika muri commentaire igiharuco c'indirimbo ubonako ukunda cane kurusha izozse iyo uyumvirije ikindi ukeneye gutora irigira kabiri rabangaho hejuru ufyonde kukaburungu k'indirimbo ushimye guha amahurwe yokwinjira kuri THE PLAYLIST MUSIC Bdi week 2

Comments